Nyuma yo kuva mu biteramo bitandukanye mu gihugu ca Congo canejeje
abacongomani benshi,Lolilo yagarutse mu rwamuvyaye aca agurira umugore
wiwe imodoka yubwoko bwa Carina TI;Muri iyi minsi ishize Lolilo
yar'amaze iminsi atagaragara mu gisagara ca Bujumbura abantu benshi
bakibaza aho yagiye.K H E creative yagerageje kurondera amakuru amenya
ko Lolilo atari mu karuhuko nkuko benshi babivuga ahubwo ari mu gitanda
adahwa amaraso,acibwamwo amaraso Ndetse anasoba amaraso nkuko nawe
ivyivugira.
Nkuko Lolilo nawe avyivugira ngo ikmwemeza ko ar'ishano nuko yagiye
kwa muganga babura indwara ,akaba yarafashe inzira yo kurondera umuganga
w'imiti y'ikirundi.Twagerageje kumubaza ubwo yar'avuye kwa Muganga
aciye kuri African sound studio uwoba yamuhaye ishano avuga ko atamuzi
mugabo arakeka abaririmvyi bangezi be basangiye umwuga.
Mr Satelite Bamba
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire