Nyuma yuko amaze iminsi ivyivugiye mu kiganiro mu kiganiro NEZERWA NA SMS MEDIA ko ariwe muhinyanyuzi wa mbere mu Burundi yavyerekanye ubwo yaraye atahukanye agashimwe
k'umuhinyanyuzi mwiza mu Burundi mu mahiganwa yateguwe na Radio Bonesha fm i Bujumbura.
,
kuri uyu wa 14 Myandagaro mu gisagara ca Bujumbura ahitwa ku kibuga ca Parike haruguru
gato y’aho Televiziyo na Radiyo by’Igihugu bikorera impandz ya Radio C C I B Fm.
Uyu muhinyanyuzi amaze igihe kunini yarigaruriye abaririmvyi cane aba Star nka Farious,Lolilo,Eddy KAMOSO,Diamond,Alikiba,Sat B,OMDMPOZ kubera ubuhinga bwiwe.twagerageje kubaza aba baririmvyi ico biyumvira kuri uyu mu producer bose bagiye bamwemera nk'umwe mu ba producer beza bari muri East Africa.
Mr Danny
Aucun commentaire:
Enregistrer un commentaire