vendredi 22 août 2014

ANNE MARIE NDENZAKO YABAYE ICAMAMARE KUBERA KWAMAMAZA ISABUNE YA CLAIRE

Kuruno munsi hiriwe hazenguruka ama foto y'umurundikazi AnneMarie NDENZAKO wamamaje isabune ikorerwa mu rwanda haraheze hafi Imyaka 60 irenga.buri muntu yabonye ino sanamu yaciye ayi partaja kubera kunezererwa n'ubwiza bwiwe n'ingene yashaje igifise ubwiza.mugabo ico twibaza nimba Sulfo rwanda yoba ikimuha amafaranga kuko batigeze bamukuraho kuva ino sabune ikorwa.turabamenyesha ko Sulfo ikorerwa mu rwanda n'uruganda rukora amasabune,ama bassin,ibikombe,amavuta ,amasabune n'ibindi ikaba irongowe n'abahinde.
Mbe Anne Marie aracariho?mbe yoba agihembwa na sulfo nkuko mu bindi bihugu babigenza iyo bagushize ku capa baguma baguha amahera gushika bahinduye?
Tuzobaha amakuru yiwe uwundi munsi.

Mr Dany

Tel  +257 75 120 .000

2 commentaires:

  1. Je suis bien vivante et vis à Bruxelles

    RépondreSupprimer
  2. ako gafoto kambere hari mumwaka wa ryari? utwo dusabune turacari kw'isoko? numva nkeneye kudukoresha nukuri!

    RépondreSupprimer